Hamagara kuri #300#
kugira mukoreshe SAMA !

Kwiyandikisha Kuvoma application

Kurungika amahera no kurihira kuri ngendanwa

SAMA Money n'urubuga rwiza cane rwo kurungika amahera no kuriha ukoresheje ngendanwa ah'uri hose. Bigusaba kuba ufise ikonte ya SAMA Money kugira ushobora kurungika no kwakira amahera mu gihugu cose.

  • Jusqu’à 60% moins cher
  • Ushobora kuyikoresha ufise interinet canke atayo ufise
  • Ushobora kuyikoreshe uciye ku lihora yose iri mu gihugu

Turi ba nde?


SAMA Money n'ishirahamwe rikomoka muri Afurika rikora muvyo kurungika amahera no kurihira kuri ngendanwa. Ifise ihangiro ryo gufasha abanyagihugu bose muri Afurika kudakumirwa mu vy'ubutunzi. Ni kubw'iyo mvo, SAMA Money yashizeho ubuhinga bugezweho kandi bushikirwa na bose, buzimbutse cane kandi ushobora gushikira ukoresheje imihora ufise interinete canke ata yo ufise, bigafasha gushikira amaserevisi yose ku buntu ukoresheje ububiko bwawe bwa SAMA Money

Serevisi

Kurungika amahera

Kubikura amahera

Ibijanye na tereviziyo

Amabanki

Ibiteramo n'inkino

Small World

Recharge téléphonique

Kugura ama inite ya terefone

IBICIRO VYACU


Nk'uko twabishikirije, amaserevisi nka yose ni ku buntu kuri SAMA Money.
Kubikura amahera ku mukozi wa SAMA Money ni vyo vyonyene birihishwa.
SAMA Money irihisha ibiciro biri hasi cane ugereranije n'iyindi mihora ku 1% gusa.


  • Kubika amahera ni ku buntu
  • kurungika amahera ni ku buntu
  • Ku bikura ni nko ku buntu (1% gusa ku mahera ugomba kubikura)
  • Kugura serevisi ni ku buntu
  • Gukoresha SAMA Money ni ku buntu
  • Ushobora gukoresha SAMA Money uko wipfuza kwose

Abo dukorana

Turafise aba dukorana bigenga ndetse n'amashirahamwe atandukanye batwizera ku musi ku musi

AMASANAMU


Application za SAMA MONEY


Ni mushikire ikonte yanyu ya SAMA Money igihe code mubigombeye aho muri hose


  • Iroroshe gukoresha,
  • Ni ubuhinga bwizewe,
  • Gutezimbez'imbere ubuhinga bwo kurihira kuri ngendanwa !

Ibishingantahe bimwe bimwe

KUTWAKURA

Aho dukorera

Ibarabara ryitiriwe Uprona N° 61,i Bujumbura, mu Burundi

Mufise ico mubaza ni mutwakure kuri

+257 22 28 12 34

+257 67 62 00 00