Kurungika amahera no kurihira kuri ngendanwa
SAMA Money n'urubuga rwiza cane rwo kurungika amahera no kuriha ukoresheje ngendanwa ah'uri hose. Bigusaba kuba ufise ikonte ya SAMA Money kugira ushobora kurungika no kwakira amahera mu gihugu cose.
- Jusqu’à 60% moins cher
- Ushobora kuyikoresha ufise interinet canke atayo ufise
- Ushobora kuyikoreshe uciye ku lihora yose iri mu gihugu
Turi ba nde?
SAMA Money n'ishirahamwe rikomoka muri Afurika rikora muvyo kurungika amahera no kurihira kuri ngendanwa. Ifise ihangiro ryo gufasha abanyagihugu bose muri Afurika kudakumirwa mu vy'ubutunzi. Ni kubw'iyo mvo, SAMA Money yashizeho ubuhinga bugezweho kandi bushikirwa na bose, buzimbutse cane kandi ushobora gushikira ukoresheje imihora ufise interinete canke ata yo ufise, bigafasha gushikira amaserevisi yose ku buntu ukoresheje ububiko bwawe bwa SAMA Money
Serevisi
Kurungika amahera
Kubikura amahera
Ibijanye na tereviziyo
Amabanki
Ibiteramo n'inkino
Small World
Kugura ama inite ya terefone
IBICIRO VYACU
Nk'uko twabishikirije, amaserevisi nka yose ni ku buntu kuri SAMA Money.
Kubikura amahera ku mukozi wa SAMA Money ni vyo vyonyene birihishwa.
SAMA Money irihisha ibiciro biri hasi cane ugereranije n'iyindi mihora ku 1% gusa.
- Kubika amahera ni ku buntu
- kurungika amahera ni ku buntu
- Ku bikura ni nko ku buntu (1% gusa ku mahera ugomba kubikura)
- Kugura serevisi ni ku buntu
- Gukoresha SAMA Money ni ku buntu
- Ushobora gukoresha SAMA Money uko wipfuza kwose
Abo dukorana
Turafise aba dukorana bigenga ndetse n'amashirahamwe atandukanye batwizera ku musi ku musi
AMASANAMU
Ibishingantahe bimwe bimwe
Nkoresha SAMA Money kuko izimbutse cane.
MUTOWINTORE Brenda
Umukiriya wa SAMA Money
SAMA MONEY n'ubuhinga nyafurika bugezweho kandi dutegerezwa kubushigikira
RUREREKANA Jean Luc
Uwukorana na SAMA
Nkoresha SAMA Money mu guhemba abakozi banje bari hose mu gihugu